Hadith for the World
Tap the image to view it full size
Virtues and Manners

Mu vyarakiriwe na Al-Miqdaam mwene Ma'dii Karib (Imana Allah Imwishimire), yavuze ko Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), yavuze ati:

Available in 71 languages
«Mu vyarakiriwe na Al-Miqdaam mwene Ma'dii Karib (Imana Allah Imwishimire), yavuze ko Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), yavuze ati: "Umuntu niyakunda mwenewabo araheza amubwire ko amukunda".»

Meaning translation ·

Explanation

The meaning in a few plain lines

Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), arerekana neza na neza imwe mu mvo zikomeza ubucuti buri hagati y'abemeramana, zikanatsimbataza mu gusasagaza urukundo ruri hagati yabo, na yo ikaba ari uko iyo umuntu akunze mwenewabo, aheza akamubwira ko amukunda.

Source
رواه أبو داود والترمذي والنسائي في الكبرى وأحمد
Download image

Saved at original quality