Hadith for the World
Tap the image to view it full size
The Creed

Mu vyakiriwe na Abu Swirma (Imana Allah Imwishimire), yavuze ko Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yavuze iti:

Available in 70 languages
«Mu vyakiriwe na Abu Swirma (Imana Allah Imwishimire), yavuze ko Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yavuze iti: "Uwubangamira abandi, Imana Allah Iraheza Ikamubangamira; uwuremereje abandi, Imana Allah Iraheza Ikumuremereza".»

Meaning translation ·

Explanation

The meaning in a few plain lines

Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), yarihanije umwislamu kubangamira umuntu, canke kumuremereza ku kintu ico ari co cose; haba ku bimwega ku gatwe kiwe, canke mu matungo yiwe canke mu biwe; aburira umuntu akora ivyo rero, ko Imana Allah Iheza Ikamuha ibihano bijanye n'ubwoko bw'ivyo yakoze.

Source
رواه أبو داود والترمذي وابن ماجه وأحمد
Download image

Saved at original quality