Hadith for the World
Tap the image to view it full size
Virtues and Manners

Mu vyakiriwe na Aisha (Imana Allah Imwishimire) ku Muvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yavuze ati:

Available in 70 languages
«Mu vyakiriwe na Aisha (Imana Allah Imwishimire) ku Muvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yavuze ati: "Mu vy'ukuri mu bagabo Imana Allah Yanka cane, ni inshirwarimenetse y'intahanurwa mu matati".»

Meaning translation ·

Explanation

The meaning in a few plain lines

Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), aratwiganira ko Imana Allah Nyenimigisha na Nyenuguhabwicubahiro nta ngere, Yanka cane mu bantu, inshirwarimenetse y'intahanurwa mu matati, ikunda cane gutata, itigera yemera gushira aho ukuri gushize, maze ikaguma iharira mu kwiyamiriza ukuri, canke igatata mu kuri ariko ikimonogoza mu kurenza urugero rw'ivyo isaba, ikanaharira n'ivyo idafitiye ubumenyi.

Source
متفق عليه
Download image

Saved at original quality