Hadith for the World
Tap the image to view it full size
Virtues and Manners

Mu vyakiriwe na Abu Hurayra (Imana Allah Imwishimire) ku Muvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yavuze ati:

Available in 70 languages
«Mu vyakiriwe na Abu Hurayra (Imana Allah Imwishimire) ku Muvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yavuze ati: "Nta kintu na kimwe cubahitse ku Mana Allah Nyenuguhabwicubahiro nta ngere coza gisumba ugusaba igisabisho".»

Meaning translation ·

Explanation

The meaning in a few plain lines

Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), yaratomoye ko ata kintu na kimwe mu bikorwa nyegerezamana cubahitse kandi ciza cane ku Mana Allah Nyenuguhabwicubahiro nta ngere, coza gisumba ugusaba igisabisho; kuko mu gisabisho hahurikiyemwo ukwemanga ko Imana Allah Nyenukuninahazwa na Nyenuguhabwicubahiro nta ngere Yikenuye muri vyose, n'umuntu kwemera ko ata co yishoboje n'uko akeneye inkunga zayo.

Source
رواه الترمذي وابن ماجه وأحمد
Download image

Saved at original quality