Hadith for the World
Tap the image to view it full size
Virtues and Manners

Mu vyakiriwe na Anasi (Imana Allah Imwishimire) yavuze ko Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yavuze ati:

Available in 68 languages
«Mu vyakiriwe na Anasi (Imana Allah Imwishimire) yavuze ko Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yavuze ati: "Nta n'umwe muri mwebwe yokwemera bikwiye atabanje kunkunda kuruta kurya akunda umuvyeyi wiwe, umwana wiwe, eka mbere kuruta kurya akunda abantu bose".»

Meaning translation ·

Explanation

The meaning in a few plain lines

Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) aratwiganira ko umwislamu adashobora kwemera bikwiye atabanje gushira imbere urukundo akunda Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), maze akayikunda kuruta kurya akunda nyina wiwe na se wiwe, umwana wiwe w'umuhungu canke w'umukobwa, eka mbere n'abantu bose. Uru rukundo rero, ni rwo rutuma umuntu yumvira Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) akanayitabara, maze akareka no guca kubiri n'amabwirizwa yayo mu kugabitanya.

Source
متفق عليه
Download image

Saved at original quality