RN
الحج والعمرة
وجوب الحج والعمرة وحكم تاركهما
1 hadiths
وجوب الحج والعمرة وحكم تاركهما
1
فضل الحج والعمرة
5
العشر من ذي الحجة
1
أحكام المسجد الحرام والمسجد النبوي وبيت المقدس
3
واجبات العمرة
1
صفة الحج
1
الأضحية
2
أحكام ومسائل الحج والعمرة
3
1 hadiths
Mu vyakiriwe na Abdu Llaahi mwene Omari (Imana Allah Ibishimire bompi) yavuze ko Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yavuze iti: "Ubwislamu bwubakiye ku nkingi zitanu: Ukwemera n'ukwemanga ko ata mana ibwirijwe gusengwa atari Imana Imwe Rudende Allah, n'uko Muhamadi ari Umuja wayo akaba n'Intumwa yayo; ugutsimbataza isengesho; ugutanga ishikanwa-bwirizwa; ugushengerera ingoro ntagatifu y'Imana Allah iri i Makka; hamwe rero n'ugupfunga ukwezi kwa Ramadhani".
متفق عليه