Virtues and Manners
Mu vyakiriwe na Abdullahi mwene Omari (Imana Allah Ibishimire bompi) yavuze ati: "Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yafashe ku bitugu vyanje ica imbwira iti:
Available in 61 languages
«Mu vyakiriwe na Abdullahi mwene Omari (Imana Allah Ibishimire bompi) yavuze ati: "Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yafashe ku bitugu vyanje ica imbwira iti: "Uraba kw'isi nk'aho woba uri umushitsi canke ingenzi iri ku rugendo"". Mwene Omari rero yahora avuga ati: "Niwabona wiriwe, ntukarindirize igikorwa gushika mu gitondo; niwabona wiriwe naho, ntukarindirize igikorwa gushika ku mugoroba; uraheza rero ukore mu gihe ufise amagara meza ibizogufasha niwakikwa n'amagara ukaremba; uheze ukore no mu buzima bwawe, ibizogufasha niwamara gupfa".»Meaning translation ·
Saved at original quality








