Hadith for the World
Tap the image to view it full size
Virtues and Manners

Mu vyakiriwe na Abu Dharri (Imana Allah Imwishimire) yavuze ati: "Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yarigeze kumbwira ati:

Available in 70 languages
«Mu vyakiriwe na Abu Dharri (Imana Allah Imwishimire) yavuze ati: "Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yarigeze kumbwira ati: "Ntugakengere ikintu na kimwe mu vyiza, n'aho kwoba ari uguhura na mwenewanyu ukeye (ushwashwanutse) mu maso"".»

Meaning translation ·

Explanation

The meaning in a few plain lines

Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), yarahimirije umuntu gukora ivyiza, n'uko atokengera iciza na kimwe n'aho koba ari akantu gato. Muri ivyo vyiza adakwiye gukengera, ni ugushwashwanuka mu maso amwenyura igihe ahuye na mugenziwe, birakenewe rero ko umwislamu avyitwararika; kubera ko bituma haba ukumenyerana no kunezereza uwo bahuye.

Source
رواه مسلم
Download image

Saved at original quality